Zaburi 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko ari wewe uzokwatsa itara ryanje, ewe Yehova+!Imana yanje ubwayo izotuma umwiza wanje ukayangana+. 1 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.
28 Kuko ari wewe uzokwatsa itara ryanje, ewe Yehova+!Imana yanje ubwayo izotuma umwiza wanje ukayangana+.
9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.