Kuvayo 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje ni Ya*+, kuko ambera ubukiriro+.Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyiduza hejuru+. Yesaya 25:1 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ewe Yehova, uri Imana yanje+. Ndagushira hejuru+, ndahaya izina ryawe+, kuko wakoze ibintu vy’agatangaza+, impanuro+ zo kuva mu bihe vya kera, mu bwizigirwa+, mu bwizerwa+.
2 Inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje ni Ya*+, kuko ambera ubukiriro+.Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyiduza hejuru+.
25 Ewe Yehova, uri Imana yanje+. Ndagushira hejuru+, ndahaya izina ryawe+, kuko wakoze ibintu vy’agatangaza+, impanuro+ zo kuva mu bihe vya kera, mu bwizigirwa+, mu bwizerwa+.