19 None rero, nimushire umutima wanyu n’ubuzima bwanyu+ ku kubaza Yehova Imana yanyu+, kandi muhaguruke mwubake aheranda+ ha Yehova Imana y’ukuri+, kugira ngo muzane isandugu+ y’isezerano rya Yehova n’ibikoresho vyeranda vy’Imana y’ukuri ku nzu yubakiwe izina+ rya Yehova.”