Yobu 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kw’ibwirizwa ry’iminwa yayo simvako+.Nabitse muri ntibate amajambo y’akanwa kayo+, ndenza ivyo nashingiwe. Zaburi 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni izo kwipfuzwa kuruta inzahabu, egome, kuruta inzahabu nyinshi zityoroye+;Kandi zisosa kuruta ubuki+ be na bwa buki butemba bwo mu bimamara+. Zaburi 119:72 Bibiliya y’isi nshasha 72 Itegeko+ ryo mu kanwa kawe rimbereye ryiza+,Kuruta ibice ibihumbi vy’inzahabu n’ifeza+.
12 Kw’ibwirizwa ry’iminwa yayo simvako+.Nabitse muri ntibate amajambo y’akanwa kayo+, ndenza ivyo nashingiwe.
10 Ni izo kwipfuzwa kuruta inzahabu, egome, kuruta inzahabu nyinshi zityoroye+;Kandi zisosa kuruta ubuki+ be na bwa buki butemba bwo mu bimamara+.