Zaburi 119:94 Bibiliya y’isi nshasha 94 Ndi uwawe. Yoo! nunkize+,Kuko narondeye amateka yawe+. Zaburi 119:141 Bibiliya y’isi nshasha 141 Nta co ndi, kandi ndagayitse+.Sinibagiye amateka yawe+.