ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Kandi utegerezwa kugumya ingingo nyobozi ziwe+ n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse uno musi, kugira bikugendere neza wewe+ n’abahungu bawe bo mu nyuma zawe, no kugira ngo urambire ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+, nantaryo.”

  • Ezira 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko Ezira yari yarateguriye+ umutima wiwe gusuzuma itegeko rya Yehova+, kurikurikiza+ no kwigisha+ muri Isirayeli ingingo nyobozi+ be n’ubutungane+.

  • Zaburi 119:61
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  61 Imigozi y’ababisha yarankikuje+.

      Sinibagiye itegeko ryawe+.

  • Zaburi 119:176
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 176 Nangaye nk’intama yazimiye+. Yoo! rondera umusavyi wawe+,

      Kuko ntibagiye amabwirizwa yawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika