Zaburi 89:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko navuze nti: “Ubuntu bwuzuye urukundo buzoguma bwubatswe mbere gushika igihe kitagira urugero+;Nayo amajuru, uguma ushimangiye ubwizigirwa bwawe muri yo+.” Yesaya 55:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Kuko, nk’uko amajuru ari hejuru cane y’isi+, ni ko n’inzira zanje ziri hejuru cane y’inzira zanyu+, n’ivyiyumviro vyanje bikaba hejuru cane y’ivyiyumviro vyanyu+. 1 Petero 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 mugabo ijambo rya Yehova ryamaho ibihe vyose+.” Erega, iryo ni ryo “jambo+” mwamenyeshejwe+ ry’inkuru nziza.
2 Kuko navuze nti: “Ubuntu bwuzuye urukundo buzoguma bwubatswe mbere gushika igihe kitagira urugero+;Nayo amajuru, uguma ushimangiye ubwizigirwa bwawe muri yo+.”
9 “Kuko, nk’uko amajuru ari hejuru cane y’isi+, ni ko n’inzira zanje ziri hejuru cane y’inzira zanyu+, n’ivyiyumviro vyanje bikaba hejuru cane y’ivyiyumviro vyanyu+.
25 mugabo ijambo rya Yehova ryamaho ibihe vyose+.” Erega, iryo ni ryo “jambo+” mwamenyeshejwe+ ry’inkuru nziza.