ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Ariko wewe ga Yehova, uri inkinzo inkikuje+,

      Ubuninahazwa bwanje+, n’Uwunduza umutwe+.

  • Zaburi 32:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Uri ubwihisho bwanje; uzonzigama unkize amarushwa+.

      Uzonkikuza akamo k’umunezero, ako umuntu yiha iyo arokowe+. Sela.

  • Zaburi 91:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Nzobwira Yehova nti: “Uri ubuhungiro bwanje n’igihome canje gikomeye+,

      Imana yanje nzokwizigira+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika