Zaburi 119:105 Bibiliya y’isi nshasha 105 Ijambo ryawe ni itara ry’ikirenge canje+,Rikaba n’umuco w’ibarabara ryanje+. Imigani 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko ibwirizwa ari itara+, itegeko na ryo rikaba umuco+, kandi ibikangiro vy’indero ni vyo nzira y’ubuzima+, 2 Abakorinto 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Imana ari yo yavuze iti: “Umuco nukayangane uvuye mu mwiza+,” kandi yakayanganiye imitima yacu ngo iyiboneshereze+ n’ubumenyi buninahaye+ bw’Imana imbere ya Kristu+. 2 Petero 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko rero, turafise ijambo ry’ubuhanuzi+ ryagizwe ntakekeranywa kuruta+; kandi muriko mugira neza kuryitwararika nk’itara+ rikayanganira ahantu h’umwiza, gushika umusi utamanzuye n’inyenyeri y’umutwenzi*+ igaseruka, mu mitima yanyu.
23 Kuko ibwirizwa ari itara+, itegeko na ryo rikaba umuco+, kandi ibikangiro vy’indero ni vyo nzira y’ubuzima+,
6 Kuko Imana ari yo yavuze iti: “Umuco nukayangane uvuye mu mwiza+,” kandi yakayanganiye imitima yacu ngo iyiboneshereze+ n’ubumenyi buninahaye+ bw’Imana imbere ya Kristu+.
19 Nuko rero, turafise ijambo ry’ubuhanuzi+ ryagizwe ntakekeranywa kuruta+; kandi muriko mugira neza kuryitwararika nk’itara+ rikayanganira ahantu h’umwiza, gushika umusi utamanzuye n’inyenyeri y’umutwenzi*+ igaseruka, mu mitima yanyu.