ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 4:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Abantu baraheza baremera+. Aho bumviye yuko Yehova yitayeho+ bene Isirayeli be n’uko yabonye amarushwa yabo+, baca barunama bakubita inkoro hasi+.

  • 1 Samweli 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hanyuma agira indagano+, ati: “Ewe Yehova nyen’ingabo, niwitegereza koko amarushwa y’umushumbakazi+ wawe, ukanyibuka+ koko, kandi ntiwibagire umushumbakazi wawe, ugaha vy’ukuri umushumbakazi wawe umwana w’umuhungu, nzomuha Yehova imisi yose y’ubuzima bwiwe, kandi nta rumosho ruzogera ku mutwe wiwe+.”

  • 2 Samweli 16:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kumbure Yehova ari bubone+ n’ijisho ryiwe, kandi Yehova ntabura kunsubiza ineza mu kibanza c’umuvumo wa Shimeyi w’uyu musi+.”

  • Yesaya 38:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ewe Yehova, jako unkize+, natwe tuvuze imirya yanje narobanuye+

      Imisi yose y’ubuzima bwacu ku nzu ya Yehova+.’”

  • Yesaya 63:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mu marushwa yabo yose, vyaramuteye amarushwa+. Kandi intumwa yiwe bwite yarabakijije+. Mu rukundo rwiwe no mu mpuhwe ziwe, we ubwiwe yarabacunguye+, araheza abashira hejuru yongera arabaterura imisi yose ya kera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika