Zaburi 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo jewe ndi umusiba+, sindi umuntu;Ku bantu, ndi iceyi n’uwusuzuguritse+. Luka 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Na mwebwe rero, igihe mukoze ibintu vyose mwashinzwe, muvuge muti: ‘Turi abashumba b’imburakimazi+. Ivyo dukoze ni ivyo twabwirizwa gukora.’ ” Luka 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo wa mutozakori, ahagaze nka hariya, ntiyagomba no kuraramura amaso yiwe ngo arabe mw’ijuru, mugabo aguma yikubita ku gikiriza+, avuga ati: ‘Ewe Mana, ngirira impuhwe jewe umucumuzi+.’ 1 Petero 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’ububasha kw’Imana, kugira ngo ibashire hejuru igihe kigeze+;
10 Na mwebwe rero, igihe mukoze ibintu vyose mwashinzwe, muvuge muti: ‘Turi abashumba b’imburakimazi+. Ivyo dukoze ni ivyo twabwirizwa gukora.’ ”
13 Mugabo wa mutozakori, ahagaze nka hariya, ntiyagomba no kuraramura amaso yiwe ngo arabe mw’ijuru, mugabo aguma yikubita ku gikiriza+, avuga ati: ‘Ewe Mana, ngirira impuhwe jewe umucumuzi+.’
6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’ububasha kw’Imana, kugira ngo ibashire hejuru igihe kigeze+;