2 Samweli 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu. 2 Samweli 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo Abusalomu n’abantu bose, abagabo ba Isirayeli, binjira i Yeruzalemu+; kandi Ahitofeli+ yari kumwe na we.
12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu.
15 Nayo Abusalomu n’abantu bose, abagabo ba Isirayeli, binjira i Yeruzalemu+; kandi Ahitofeli+ yari kumwe na we.