Zaburi 93:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ivyibutsa vyawe vyabonetse ko ari ivyo kwizigirwa cane+.Ubweranda burabereye ku nzu yawe+, ewe Yehova, imisi itagira iherezo+. Yeremiya 44:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kubera ko mwafumbishije umwotsi w’ibimazi+, mugacumura kuri Yehova+, ntimugamburuke ijwi rya Yehova+ kandi ntimugendere mw’itegeko ryiwe+ no mu vyagezwe vyiwe no mu vyibutsa vyiwe, ni co catumye ivyo vyago bibashikira, nk’uko biri uyu musi+.”
5 Ivyibutsa vyawe vyabonetse ko ari ivyo kwizigirwa cane+.Ubweranda burabereye ku nzu yawe+, ewe Yehova, imisi itagira iherezo+.
23 Kubera ko mwafumbishije umwotsi w’ibimazi+, mugacumura kuri Yehova+, ntimugamburuke ijwi rya Yehova+ kandi ntimugendere mw’itegeko ryiwe+ no mu vyagezwe vyiwe no mu vyibutsa vyiwe, ni co catumye ivyo vyago bibashikira, nk’uko biri uyu musi+.”