ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 119:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  34 Nuntahuze, kugira nubahirize itegeko ryawe+

      No kugira ndarigumye n’umutima wanje wose+.

  • Zaburi 119:116
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 116 Nunshigikire nk’uko ijambo ryawe riri, kugira mbandanye kubaho+,

      Kandi ntumaramaze kubera icizigiro canje+.

  • Imigani 10:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Iminwa y’umugororotsi iguma iragira benshi+, ariko ibipfu biguma vyicwa n’ukutagira umutima+.

  • Daniyeli 12:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Benshi bazokwihumanura+, biyeze+, batyororwe+. Ababisha bazokorana ububisha koko+, kandi nta mubisha n’umwe azotegera+; ariko abafise ugutahura kwimbitse bazotegera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika