Zaburi 119:144 Bibiliya y’isi nshasha 144 Ubugororotsi bw’ivyibutsa vyawe ni ubwo gushika igihe kitagira urugero+.Nuntahuze, kugira mbandanye kubaho+. Umusiguzi 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Naramenye yuko ikintu cose Imana y’ukuri ikora, kizoba ic’igihe kitagira urugero+. Nta kiri bwongerwe kuri co kandi nta kiri bukurwe kuri co+; mugabo Imana y’ukuri ni yo yagikoze+, ngo abantu batinye kubera yo+.
144 Ubugororotsi bw’ivyibutsa vyawe ni ubwo gushika igihe kitagira urugero+.Nuntahuze, kugira mbandanye kubaho+.
14 Naramenye yuko ikintu cose Imana y’ukuri ikora, kizoba ic’igihe kitagira urugero+. Nta kiri bwongerwe kuri co kandi nta kiri bukurwe kuri co+; mugabo Imana y’ukuri ni yo yagikoze+, ngo abantu batinye kubera yo+.