Zaburi 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ewe Yehova, kubera iki abarwanizi banje babaye benshi+?Kubera iki benshi bahagurukira kundwanya+? Zaburi 25:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nubone ingene abansi banje basigaye ari benshi+,Kandi banyanse urwanko rukaze+. Zaburi 56:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abansi banje bagumye barondera kunsūmira n’umunwa burinda bwira+,Kuko hari benshi bandwanya bihambaza+. Matayo 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Maze bazobashira mu makuba+, babice+, kandi muzokwankwa+ n’amahanga yose muhorwa izina ryanje+.
2 Abansi banje bagumye barondera kunsūmira n’umunwa burinda bwira+,Kuko hari benshi bandwanya bihambaza+.