Zaburi 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Itegeko+ rya Yehova ntirigira akanenge+, rihembura umuntu+.Icibutsa+ ca Yehova ni ico kwizigirwa+, gituma umuntu atazi utuntu n’utundi aba inkerebutsi+. Zaburi 44:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umutima wacu ntiwahemutse ngo usubire inyuma+,Eka n’amakanda yacu ntakevya ngo ate umunyuro wawe+. Zaburi 119:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Abita imbere bantwengeye mw’ijigo bimwe birengeje+.Sinakebeje ngo nte itegeko ryawe+. 1 Abakorinto 15:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Nuko rero, bene wacu bakundwa, mube abashikamye+, mutanyiganyiga, mwama mufise vyinshi mukora mu gikorwa c’Umukama+, muzi yuko ukubira akuya kwanyu atari ukw’ubusa+ mu Mukama.
7 Itegeko+ rya Yehova ntirigira akanenge+, rihembura umuntu+.Icibutsa+ ca Yehova ni ico kwizigirwa+, gituma umuntu atazi utuntu n’utundi aba inkerebutsi+.
18 Umutima wacu ntiwahemutse ngo usubire inyuma+,Eka n’amakanda yacu ntakevya ngo ate umunyuro wawe+.
58 Nuko rero, bene wacu bakundwa, mube abashikamye+, mutanyiganyiga, mwama mufise vyinshi mukora mu gikorwa c’Umukama+, muzi yuko ukubira akuya kwanyu atari ukw’ubusa+ mu Mukama.