19 kubera ko umutima wawe+ waciye woroha ku buryo wicisha bugufi+ kubera Yehova aho wumviye ivyo navuze kuri aha hantu no ku bahaba ko hazoba akajoreza n’umuvumo+, maze ugatantamura+ impuzu zawe hanyuma ugatangura kuririra imbere yanje, nanje numvise,” ni ko Yehova avuze+.
2 “Ibi bintu vyose rero ukuboko kwanje kwarabikoze, ku buryo ivyo vyose vyabayeho+,” ni ko Yehova avuze. “Uyu rero ni we nzokwitegereza: umuntu w’umurushwa, adogombwa mu mutima+, ajugumizwa n’ijambo ryanje+.