Zaburi 60:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kugira ngo abakundwa bawe batabarwe+,Yoo! kirisha ukuryo kwawe kandi utwishure+.