ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 30:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Uno musi ntanze amajuru n’isi kw’ivyabona vyo kubagiriza+, yuko nshize imbere yawe ubuzima n’urupfu+, umuhezagiro+ n’umuvumo+; kandi utegerezwa guhitamwo ubuzima kugira ubandanye kubaho+, wewe n’uruvyaro rwawe+,

  • Yosuwa 24:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mugabo nimba ari bibi mu maso yanyu gukorera Yehova, nimwihitiremwo uyu musi uwo muzokorera+, ari imana ba sogokuruza banyu bari hakurya ya rwa Ruzi bakorera+ canke imana z’Abamori bene igihugu mubayemwo+. Ariko jewe n’urugo rwanje tuzokorera Yehova+.”

  • Yosuwa 24:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Yosuwa aca abwira abantu ati: “Muri ivyabona bibagiriza+ yuko mwihitiyemwo Yehova, kugira mumukorere+.” Na bo bavuga bati: “Turi ivyabona.”

  • Zaburi 119:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  15 Nzokwitwararika amateka yawe+,

      Kandi nzokwihweza iminyuro yawe+.

  • Imigani 1:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 kuko banse ubumenyi+, ntibahitemwo ugutinya Yehova+.

  • Luka 10:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Mugabo ibintu bikeyi+ ni vyo bikenewe, canke kimwe gusa. Kuko Mariya we yahisemwo umugabane mwiza+, kandi ntazowakwa.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika