8 “Mu marembo yawe nihagira ikibazo co gufatirwa ingingo y’ubutungane kikubera akataraboneka birenze+, aho amaraso yasheshwe+, ahavyutse imburano+, canke hakaba hakozwe ivy’ubukazi, canke habaye amatati+, uze uhaguruke uduge ahantu Yehova Imana yawe azotora+,