2 Samweli 19:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mefibosheti aca abwira umwami ati: “Nashake atware yose+, kizima umukama wanje umwami yagarutse ku nzu yiwe amahoro.” Zaburi 51:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mu butoni bwawe, girira neza Siyoni+;Ese wokwubaka impome za Yeruzalemu+.
30 Mefibosheti aca abwira umwami ati: “Nashake atware yose+, kizima umukama wanje umwami yagarutse ku nzu yiwe amahoro.”