Zaburi 63:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Iyo nkwibutse ndi ku buriri bwanje+,Mu materama y’ijoro ndakuzirikana+. Mika 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+.
7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+.