Gusubira mu vyagezwe 32:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inyigisho yanje izotonyanga nk’imvura+,Ijambo ryanje riratemba nk’ikime+Nk’akanyanyaga ku bwatsi+Nk’imicuncubuko y’imvura ku vyatsi+. Imigani 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ubushangashirwe bw’umwami ni ukuroha nk’ukw’intambwe y’umukangara y’umugāra+, mugabo ubutoni bwiwe bumeze nk’ikime ku vyatsi+.
2 Inyigisho yanje izotonyanga nk’imvura+,Ijambo ryanje riratemba nk’ikime+Nk’akanyanyaga ku bwatsi+Nk’imicuncubuko y’imvura ku vyatsi+.
12 Ubushangashirwe bw’umwami ni ukuroha nk’ukw’intambwe y’umukangara y’umugāra+, mugabo ubutoni bwiwe bumeze nk’ikime ku vyatsi+.