ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 23:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 no ku bijanye n’uguhagarara+ ng’aho buri gitondo+ kugira ngo bakengurukire+ bongere bashemeze+ Yehova, bakabigenza gutyo nyene no ku mugoroba;

  • Zaburi 103:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Hezagire Yehova, yemwe ngabo ziwe mwese+,

      Yemwe basuku biwe, mukora ukugomba kwiwe+.

  • Zaburi 135:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ewe nzu ya Isirayeli, nimuhezagire Yehova+!

      Ewe nzu ya Aroni, nimuhezagire Yehova+!

  • Luka 1:68
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 68 “Hahezagirwe Yehova Imana ya Isirayeli+, kuko yitayeho abantu biwe+ akabatunganiriza ukurokoka+.

  • Yakobo 3:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Turaruhezagirisha Yehova+, umwe Data+, yamara kandi tukaruvumisha+ abantu babayeho “mw’ishusho y’Imana+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika