ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 8:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Muzoguma ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro umurango n’ijoro kumara imisi indwi+, kandi mutegerezwa kwubahiriza izamu ritegerezwa rya Yehova+, kugira ntimupfe; kuko ukwo ari ko nategetswe.”

  • 1 Ngoma 9:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Bano ni bo bari abaririmvyi+, abakuru ba ba se b’Abalewi mu vyumba vy’uburiro+, abari barakuweko ayandi mabango+; kuko bategerezwa kuba bari mu gikorwa cabo ku murango no mw’ijoro+.

  • Zaburi 130:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Umutima wanje warindiriye Yehova+

      Kuruta uko inderetsi zirindira igitondo+,

      Zireretse igitondo+.

  • Luka 2:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 kandi ico gihe yari umupfakazi+ w’imyaka mirongo umunani n’ine), atigera ahara mu rusengero, akora igikorwa ceranda ijoro n’umurango+ yisonzesha yongera atakamba.

  • Ivyahishuwe 7:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ni co gituma bari imbere+ y’intebe y’ubwami y’Imana; kandi bariko bayikorera igikorwa ceranda+ umurango n’ijoro mu rusengero rwayo; kandi Uwicaye kuri iyo ntebe y’ubwami+ azosanza ihema ryiwe+ hejuru yabo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika