Zaburi 115:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo Imana yacu iri mu majuru+;Ivyo yahimbawe no gukora vyose, yarabikoze+. Yesaya 46:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’; Abaheburayo 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nkako, inzu yose yubakwa n’umuntu, mugabo uwubatse ibintu vyose ni Imana+.
10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’;