ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 42:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 ‘Uyo ni nde apfukiranya impanuro ata bumenyi+?’

      Erega naravuze, ariko ntategera

      Ibintu vy’agatangaza bindengeye ntazi+.

  • Zaburi 40:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Wewe ubwawe wakoze ibintu vyinshi+,

      Ewe Yehova Mana yanje, mbere n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe n’ivyiyumviro udufiseko+;

      Nta n’umwe ariho yogereranywa nawe+.

      Hamwe norondera kubivuga no kubiyaga,

      Ni vyinshi kuruta ivyo nodonda+.

  • Zaburi 131:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 131 Ewe Yehova, umutima wanje ntiwagize ubwibone+,

      Canke ngo amaso yanje yishire hejuru+;

      Nta n’ubwo nagendeye mu bintu bihambaye kurenza+,

      Canke mu bintu vy’agatangaza bindengeye+.

  • Abaroma 11:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika