Yobu 26:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Raba! Utwo ni udusunwa tw’inzira zayo+,Vyongeye, ese ingene ivyo twumva ku biyerekeye ari utwongoshwe gusa!Ariko umuturagaro wayo ukomeye, ni nde yokwerekana ko awutegera+?” Imigani 30:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kandi sinize ubukerebutsi+; kandi ubumenyi bwa wa Mweranda Rwose nta bwo nzi+.
14 Raba! Utwo ni udusunwa tw’inzira zayo+,Vyongeye, ese ingene ivyo twumva ku biyerekeye ari utwongoshwe gusa!Ariko umuturagaro wayo ukomeye, ni nde yokwerekana ko awutegera+?”