Yobu 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 avuga ati:“Navuye mu nda ya mama+ ndi gusa,Kandi nzosubirayo ndi gusa+.Yehova ubwiwe ni we yatanze+, kandi Yehova ubwiwe ni we atwaye+.Izina rya Yehova niribandanye guhezagirwa+.” Yobu 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuki none wansohoye nkava mu gitereko+?Iyo mba naracikanye ntihagire n’ijisho rimbona, Zaburi 127:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Raba! Abana ni intoranwa iva kuri Yehova+;Ivyamwa vy’inda ni impera atanga+.
21 avuga ati:“Navuye mu nda ya mama+ ndi gusa,Kandi nzosubirayo ndi gusa+.Yehova ubwiwe ni we yatanze+, kandi Yehova ubwiwe ni we atwaye+.Izina rya Yehova niribandanye guhezagirwa+.”
18 Kuki none wansohoye nkava mu gitereko+?Iyo mba naracikanye ntihagire n’ijisho rimbona, Zaburi 127:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Raba! Abana ni intoranwa iva kuri Yehova+;Ivyamwa vy’inda ni impera atanga+.