Ivyakozwe 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Aho bavyumviye, bashira amajwi yabo hejuru babwira Imana bahuje inama+, bati: “Mukama Segaba+, ni wewe wakoze ijuru n’isi n’ikiyaga n’ibintu vyose biri muri vyo+,
24 Aho bavyumviye, bashira amajwi yabo hejuru babwira Imana bahuje inama+, bati: “Mukama Segaba+, ni wewe wakoze ijuru n’isi n’ikiyaga n’ibintu vyose biri muri vyo+,