Zaburi 39:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Niwumve isengesho ryanje, ewe Yehova!Utege ugutwi ugutabaza kwanje+.Ntugume wicerereje ngo wirengagize amosozi yanje+.Kuko ndi kavamahanga gusa kuri wewe+,Inyambukira cokimwe na ba sogokuruza bose+. 1 Petero 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”
12 Niwumve isengesho ryanje, ewe Yehova!Utege ugutwi ugutabaza kwanje+.Ntugume wicerereje ngo wirengagize amosozi yanje+.Kuko ndi kavamahanga gusa kuri wewe+,Inyambukira cokimwe na ba sogokuruza bose+.
12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”