ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 15:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mugabo umwami abwira Zadoki ati: “Subiza iyo sandugu+ y’Imana y’ukuri mu gisagara+. Ninagira ubutoni mu maso ya Yehova, azongarukana rero ata gukeka maze anyereke iyo sandugu be n’ahantu iba+.

  • 1 Abami 8:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Uze wumvirize ugusaba ubutoni+ kuvuye ku musavyi wawe no ku bantu bawe Isirayeli, ukwo batura berekeje aha hantu; kandi wewe ubwawe uze wumve uri ahantu uba, mu majuru+, uze wumve maze ubabarire+.

  • 1 Abami 8:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 uze rero wumve uri mu majuru isengesho ryabo n’ugusaba ubutoni kwabo, maze ushitse urubanza ku bwabo+.

  • Zaburi 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Ati: “Jewe, jewe nyene, nimitse umwami wanje+

      Kuri Siyoni+, umusozi wanje mweranda+.”

  • Yesaya 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ibisata vy’abantu vyinshi bizogenda koko, bivuge biti: “Nimuze+ tuduge ku musozi wa Yehova, ku nzu y’Imana ya Yakobo; izotwigisha inzira zayo, natwe tuzogendera mu minyuro yayo+.” Kuko i Siyoni hazova itegeko, n’i Yeruzalemu hakava ijambo rya Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika