Zaburi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova amenya inzira y’abagororotsi+,Mugabo inzira y’ababisha izozimangana+. Imigani 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo ababisha, bazokurwaho bave kw’isi+; nayo abahemu, bazorandurwa kuri yo+.