Zaburi 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nzokwiryamira nisinzirire mu mahoro+,Kuko wewe wenyene, ewe Yehova, ari we utuma mbaho mu mutekano+. Zaburi 127:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni ivy’ubusa kuba muvyuka kare+,Kuba mwicara bwije+,Kuba mufungura ibifungurwa mu mibabaro+.Ukwo ni ko aha agatiro umukundwa wiwe+. Imigani 3:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Niwaryama, nta bwoba uzokwumva+; kandi uzokwiryamira koko, agatiro kawe kabe akaryoshe+.
8 Nzokwiryamira nisinzirire mu mahoro+,Kuko wewe wenyene, ewe Yehova, ari we utuma mbaho mu mutekano+.
2 Ni ivy’ubusa kuba muvyuka kare+,Kuba mwicara bwije+,Kuba mufungura ibifungurwa mu mibabaro+.Ukwo ni ko aha agatiro umukundwa wiwe+.