Itanguriro 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu ntango+ Imana+ yaremye+ amajuru n’isi+. Itanguriro 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Imana yongera kuvuga iti: “Nihabeho ikirere+ hagati y’amazi, habe n’ukwigabura hagati y’amazi n’ayandi+.” Zaburi 33:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kw’ijambo rya Yehova amajuru yarakozwe+,Ku mpwemu yo mu kanwa kiwe na ho ingabo zayo zose zirakorwa+.
6 Imana yongera kuvuga iti: “Nihabeho ikirere+ hagati y’amazi, habe n’ukwigabura hagati y’amazi n’ayandi+.”
6 Kw’ijambo rya Yehova amajuru yarakozwe+,Ku mpwemu yo mu kanwa kiwe na ho ingabo zayo zose zirakorwa+.