ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 6:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Umusuku+ wa nya muntu w’Imana y’ukuri avyutse kare ngo ahaguruke asohoke, aza abona inteko za gisirikare zikikuje ico gisagara n’amafarasi n’imikogote y’intambara. Nya musuku wiwe aca amubwira ati: “Yoo, databuja+! Tugire iki?”

  • Zaburi 27:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Naho ikambi yoshinga ihema ngo intere+,

      Umutima wanje ntuzotinya+.

      Naho hovyuka intambara yo kuntera+,

      N’ico gihe nyene nzoguma nizigiye+.

  • Zaburi 121:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Yehova ubwiwe azokurinda ivyago vyose+.

      Azorinda ubuzima bwawe+.

  • Abaroma 8:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika