Zaburi 35:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Vyuka, wikangurire urubanza rwanje+,Ewe Mana yanje, wewe Yehova, wikangurire imburano zanje+. Yohani 20:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yezu amubwira ati: “Reka kunyumirako. Kuko ntaraduga kwa Data. Ahubwo genda kuri bene wacu+ ubabwire uti: ‘Ngira nduge kwa Dawe+ ari we So, ku Mana yanje+ ari yo Mana yanyu+.’”
17 Yezu amubwira ati: “Reka kunyumirako. Kuko ntaraduga kwa Data. Ahubwo genda kuri bene wacu+ ubabwire uti: ‘Ngira nduge kwa Dawe+ ari we So, ku Mana yanje+ ari yo Mana yanyu+.’”