ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 6:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Ewe Yehova Mana, ntiwamirire kure mu maso h’uwo warobanuje amavuta*+. Ese wokwibuka ubuntu bwuzuye urukundo wagiriye Dawidi umusavyi wawe+!”

  • Zaburi 98:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Yibutse ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe n’ubwizigirwa bwiwe ku bw’inzu ya Isirayeli+.

      Impera zose z’isi zibonye ubukiriro Imana yacu itanga+.

  • Zaburi 103:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mugabo ubuntu bwuzuye urukundo bwa Yehova ni ubwo kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero+

      Ku bamutinya+,

      Ubugororotsi bwiwe na bwo bugashika ku bana b’abana babo+,

  • Yesaya 63:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Niwitegereze uri mw’ijuru+, urabe uri ahantu hakirurutse uba h’ubweranda n’ubwiza+. Mbega umwete wawe+ n’ubushobozi bwawe bwuzuye, ukudobangana kw’amara yawe+ be n’imbabazi+ zawe, biri hehe? Vyanse kuza iyo ndi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika