Zaburi 31:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ndanka koko abitaho ibigirwamana bitagira akamaro, bitagira mvura+;Nayo jewe, Yehova ni we nizigira+. Zaburi 139:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mbega sinanka abakwanka urunuka ga Yehova+?Mbega sinshishwa n’abakugarariza+?
6 Ndanka koko abitaho ibigirwamana bitagira akamaro, bitagira mvura+;Nayo jewe, Yehova ni we nizigira+.