ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 44:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ni wewe Mwami wanje, ewe Mana yanje+.

      Tegeka habe ubukiriro buhambaye kuri Yakobo+.

  • Zaburi 74:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Yamara Imana ni yo Mwami wanje kuva kera+,

      Umwe ashitsa ubukiriro buhambaye hagati mw’isi+.

  • Zaburi 145:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 145 Nzogushira hejuru, ewe Mana yanje, wewe Mwami+,

      Kandi nzohezagira izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.

  • Yesaya 33:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika