Zaburi 63:1 Bibiliya y’isi nshasha 63 Ewe Mana, uri Imana yanje, nguma nkurondera+.Umutima wanje urakunyotewe vy’ukuri+.Umubiri wanje urabitswe no kugucambirwaMu gihugu cumye kandi kirushe, hatagira amazi+.
63 Ewe Mana, uri Imana yanje, nguma nkurondera+.Umutima wanje urakunyotewe vy’ukuri+.Umubiri wanje urabitswe no kugucambirwaMu gihugu cumye kandi kirushe, hatagira amazi+.