ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 33:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Kugira igarure ubuzima bwiwe ibukize icobo+,

      Ngo amurikirwe n’umuco w’abazima+.

  • Yeremiya 11:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nari meze nk’umwagazi w’intama w’isuguru utekereje, ujanywe gukererwa+, nkaba ntari nzi yuko ari jewe bariko bagīra imigambi mibi+, bati: “Duhonereze hamwe igiti n’ibifungurwa vyaco, tumurandure mu gihugu c’abazima+, kugira ngo izina ryiwe ntirisubire kwibukwa.”

  • Ezekiyeli 26:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 nzokumanukana rero hamwe n’abamanuka muri ca cobo uhamvye aba kera+, ntume uba mu gihugu c’epfo rwose+, nk’ibibanza vyatikijwe kuva kera, hamwe n’abamanuka muri ca cobo+, kugira ngo ntihagire uwusubira kukubamwo; kandi nzoshira ubwiza mu gihugu c’abazima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika