Guharura 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ehe nazanywe kugira mpezagire,Na yo yahezagiye+, kandi sindi bubisubize inyuma+. Gusubira mu vyagezwe 9:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ni abantu bawe n’inyegu wiharije+, abo wakujeyo ububasha bwawe bukomeye n’ukuboko kwawe kuramvuye+.’
29 Ni abantu bawe n’inyegu wiharije+, abo wakujeyo ububasha bwawe bukomeye n’ukuboko kwawe kuramvuye+.’