Gusubira mu vyagezwe 32:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nk’uko inkona ikomanga icari cayo,Ikārāra hejuru y’ivyana vyayo+,Igasanza amababa yayo, ikabitora,Ikabitwara ku vyubi vyayo+, Zaburi 78:71 Bibiliya y’isi nshasha 71 Amukura inyuma y’imvyeyi zonsa+,Amuzana ngo abe umwungere kuri Yakobo igisata ciwe+,No kuri Isirayeli intoranwa yiwe+. Yesaya 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.
11 Nk’uko inkona ikomanga icari cayo,Ikārāra hejuru y’ivyana vyayo+,Igasanza amababa yayo, ikabitora,Ikabitwara ku vyubi vyayo+, Zaburi 78:71 Bibiliya y’isi nshasha 71 Amukura inyuma y’imvyeyi zonsa+,Amuzana ngo abe umwungere kuri Yakobo igisata ciwe+,No kuri Isirayeli intoranwa yiwe+. Yesaya 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.
71 Amukura inyuma y’imvyeyi zonsa+,Amuzana ngo abe umwungere kuri Yakobo igisata ciwe+,No kuri Isirayeli intoranwa yiwe+.
11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.