2 Samweli 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Dawidi amenya rero ko Yehova yari yamushimangiye bwa mwami wa Isirayeli+ be n’uko yari yashize hejuru+ ubwami bwiwe ku bw’igisata ciwe Isirayeli+. Zaburi 89:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko ari wewe bwiza bw’inkomezi zabo+;Kandi kubera ubutoni bwawe, ihembe ryacu rirashirwa hejuru+.
12 Dawidi amenya rero ko Yehova yari yamushimangiye bwa mwami wa Isirayeli+ be n’uko yari yashize hejuru+ ubwami bwiwe ku bw’igisata ciwe Isirayeli+.
17 Kuko ari wewe bwiza bw’inkomezi zabo+;Kandi kubera ubutoni bwawe, ihembe ryacu rirashirwa hejuru+.