ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 142:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Igihe umushaha wanje+ wadendebukirwa muri jewe.

      Waciye umenya ibarabara ryanje+.

      Mu munyuro ngenderamwo+

      Bahanyegeje umutego wo kuncakira+.

  • 1 Abakorinto 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ariko nimba umuntu akunda Imana+, uwo arazwi na yo+.

  • Abagalatiya 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mugabo ubu ko mwamenye Imana, canke nako, ubu ko mwamenywe n’Imana+, mwongera gute gusubira ku bintu vy’intango vya goyigoyi+ kandi biteye akagongwe+, mugashaka kwongera kubishumbira+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika