Zaburi 88:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ndi umurushwa, kandi ndi mu gucikana, kuva mu bwana+;Nihanganiye cane ibintu vy’agacavutu biva iwawe+. Imigani 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umutima unezerewe utuma mu maso hamera neza+, mugabo bivuye ku mubabaro wo mu mutima haba umushaha ukubititse+.
15 Ndi umurushwa, kandi ndi mu gucikana, kuva mu bwana+;Nihanganiye cane ibintu vy’agacavutu biva iwawe+.
13 Umutima unezerewe utuma mu maso hamera neza+, mugabo bivuye ku mubabaro wo mu mutima haba umushaha ukubititse+.