Zaburi 27:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Niwizigire Yehova+; gira umutima rugabo kandi umutima wawe ukomere+.Egome, niwizigire Yehova+. Yesaya 35:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimubwire abari n’amaganya mu mutima+ muti: “Nimukomere+. Ntimutinye+. Raba! Imana yanyu izozanana ukwihora+, Imana izanane ugusubiriza mu nkoko+. Yo ubwayo izoza, ibakize+.”
4 Nimubwire abari n’amaganya mu mutima+ muti: “Nimukomere+. Ntimutinye+. Raba! Imana yanyu izozanana ukwihora+, Imana izanane ugusubiriza mu nkoko+. Yo ubwayo izoza, ibakize+.”