Itanguriro 49:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Emwe, nzorindira ubukiriro bwawe, Yehova we+! Zaburi 62:1 Bibiliya y’isi nshasha 62 Koko, umutima wanje urindiriye Imana mu gacerere+.Kuri yo ni ho ubukiriro bwanje buva+. Zaburi 71:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nayo jewe, nzoguma ndindiriye+,Kandi nzokwongereza ishemezo ryawe ryose. Gucura intimba 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ivyo ni vyo nzokwibutsa umutima wanje+. Ni co gituma nzoguma ndindiriye+. Mika 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+. Tito 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 mu gihe turindiriye ca cizigiro c’ubuhirwe+ n’ukwigaragaza kuninahaye+ kwa ya Mana ikomeye n’ukw’Umukiza wacu Kristu Yezu,
7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+.
13 mu gihe turindiriye ca cizigiro c’ubuhirwe+ n’ukwigaragaza kuninahaye+ kwa ya Mana ikomeye n’ukw’Umukiza wacu Kristu Yezu,